• Ep 11 - Gusohora umuvyeyi

  • Jun 10 2024
  • Length: 39 mins
  • Podcast

Ep 11 - Gusohora umuvyeyi  By  cover art

Ep 11 - Gusohora umuvyeyi

  • Summary

  • Gusohora umuvyeyi ni umwe mu migirwa yo mu Burundi bwaho hambere. Vyongeye, no mu gihe ca none, uwo mugirwa uracariho.

    None woba ugikorwa nkuko vyahora muri kahise ? Warumaze iki ? Wasigura iki ? Wagenda gute ?

    Ivyo ni bimwe muvyo duca irya n'ino muri iki kiyago kigira icumi na rimwe.


    Mufise ico mutwunganira, turabahamagarira kuturungikira ubutumwa kuri : egere.tuyage@gmail.com.


    Murakoze.

    Show more Show less
activate_primeday_promo_in_buybox_DT

What listeners say about Ep 11 - Gusohora umuvyeyi

Average customer ratings

Reviews - Please select the tabs below to change the source of reviews.