Egere Tuyage  Por  arte de portada

Egere Tuyage

De: Luc Noël Ingabire Barbara Ndimurukundo-Kururu Emelyne Nibogora Ariel Fabrice Ntahomvukiye
  • Resumen

  • Muri iki kiyago, abakuze n'abato duhanahana ivyiyumviro ku mico, imigenzo n'akaranga. Dufatira ku vyo bamwe n'abandi basomye, bumvise, batohoje canke barazwe, kugira ngo dusabikanye ubumenyi. Mu kirundi no mu mico y'Abarundi, harimwo ubutunzi ntangere.
    Luc Noël Ingabire, Barbara Ndimurukundo-Kururu, Emelyne Nibogora, Ariel Fabrice Ntahomvukiye
    Más Menos
activate_primeday_promo_in_buybox_DT
Episodios
  • Ep 12 - Gusohora amahasa
    Jun 10 2024

    Ubuheruka twaganiriye ku bijanye no gusohora umuvyeyi. Muri iki gice, turabira hamwe uko basohora umuvyeyi yibarutse amahasa. Kurikira kino kiyago muheze mutwunganire.


    Murakoze !


    Mufise ico mwipfuza gushikiriza, muraturungikira ubutumwa tuzoheza tubishure.

    Más Menos
    36 m
  • Ep 11 - Gusohora umuvyeyi
    Jun 10 2024

    Gusohora umuvyeyi ni umwe mu migirwa yo mu Burundi bwaho hambere. Vyongeye, no mu gihe ca none, uwo mugirwa uracariho.

    None woba ugikorwa nkuko vyahora muri kahise ? Warumaze iki ? Wasigura iki ? Wagenda gute ?

    Ivyo ni bimwe muvyo duca irya n'ino muri iki kiyago kigira icumi na rimwe.


    Mufise ico mutwunganira, turabahamagarira kuturungikira ubutumwa kuri : egere.tuyage@gmail.com.


    Murakoze.

    Más Menos
    39 m
  • (Hors-Série) - Twagarutse
    May 19 2024

    Turasaba imbabazi ku gihe twari tumaze tutabashikiriza ibiganiro. Ico vyavuyeko nuko tugiye kubashikiriza ibiganiro bishasha nivyo musanga muri aka gace gato k'ikiyago.

    Mufise ico mudushikiriza, caba ikibazo canke agatererano kanyu, murashobora kutwandikira kuri : egere.tuyage@gmail.com


    Murakoze.

    Más Menos
    4 m

Lo que los oyentes dicen sobre Egere Tuyage

Calificaciones medias de los clientes

Reseñas - Selecciona las pestañas a continuación para cambiar el origen de las reseñas.