• Ep 10 - Kwibungenga no kwibaruka

  • Dec 18 2022
  • Duración: 34 m
  • Podcast

Ep 10 - Kwibungenga no kwibaruka

  • Resumen

  • Muri iki gice kigira icumi, tuyaga ibijanye no kwibungenga hamwe no kwibaruka kw'umugore. Aho hambere umuryango woba waba muri ico gihe gute ? Hoba hari imigirwa yari ijanye n'ico gihe gikomeye ku mugore ndetse n'umuryango ? Tega yompi ikiyago c'icumi ndetse mutwunganire mu kutwandikira ubutumwa. Murakoze.
    Más Menos

Lo que los oyentes dicen sobre Ep 10 - Kwibungenga no kwibaruka

Calificaciones medias de los clientes

Reseñas - Selecciona las pestañas a continuación para cambiar el origen de las reseñas.